Luka 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo amasinzi abimenye, aramukurikira. Hanyuma ayakirana ubugwaneza aca atangura kuyabwira ivyerekeye ubwami bw’Imana+, yongera akiza abari bakeneye gukizwa+.
11 Mugabo amasinzi abimenye, aramukurikira. Hanyuma ayakirana ubugwaneza aca atangura kuyabwira ivyerekeye ubwami bw’Imana+, yongera akiza abari bakeneye gukizwa+.