Matayo 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Buno yururutse ubwato, abona isinzi rinini; bamutera ikigongwe+, na we akiza abarwayi babo+. Mariko 6:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko yururutse, abona isinzi rinini, mugabo bamutera ikigongwe+, kuko bari bameze nk’intama zitagira umwungere+. Aca atangura kubigisha ibintu vyinshi+. Yohani 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo isinzi rinini riguma rimukurikira, kubera bariko babona ibimenyetso akora ku bari barwaye+.
34 Nuko yururutse, abona isinzi rinini, mugabo bamutera ikigongwe+, kuko bari bameze nk’intama zitagira umwungere+. Aca atangura kubigisha ibintu vyinshi+.