ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 9:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Abonye amasinzi, bamutera ikigongwe+, kuko bari baratabaguwe, basabagiye nk’intama zitagira umwungere+.

  • Matayo 15:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Mugabo Yezu ahamagara abigishwa biwe ngo baze kuri we, hanyuma avuga+ ati: “Iri sinzi rinteye ikigongwe+, kuko imaze kuba imisi itatu turi kumwe bakaba batagira ico barya; nanje sinshaka kubarungika bashonje. Bohava bagwa mu nzira.”

  • Mariko 1:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Bimutera ikigongwe+, aramvura ukuboko amukorako, amubwira ati: “Ndabishaka. Humanuka+.”

  • Luka 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Umukama ngo amukubite ijisho, amutera ikigongwe+, amubwira ati: “Reka kurira+.”

  • Abaheburayo 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+.

  • Abaheburayo 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Arashoboye kugirira ibiri ku rugero abantu ata co bazi be n’abahuba kuko na we nyene akikujwe n’ubugoyagoye bwiwe bwite+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika