Abaroma 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko nimba, igihe twari abansi+, twasubijwe hamwe n’Imana biciye ku rupfu rw’Umwana wayo+, ubu ko twasubijwe hamwe, tuzorushiriza gukizwa n’ubuzima bwiwe+. 2 Abakorinto 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo ibintu vyose biva ku Mana, yo yadusubije hamwe+ na yo biciye kuri Kristu ikongera ikaduha ubusuku+ bw’ugusubiza hamwe,
10 Kuko nimba, igihe twari abansi+, twasubijwe hamwe n’Imana biciye ku rupfu rw’Umwana wayo+, ubu ko twasubijwe hamwe, tuzorushiriza gukizwa n’ubuzima bwiwe+.
18 Mugabo ibintu vyose biva ku Mana, yo yadusubije hamwe+ na yo biciye kuri Kristu ikongera ikaduha ubusuku+ bw’ugusubiza hamwe,