Yesaya 59:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+. Abakolosayi 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Egome, mwebwe abari barigijwe kure+ kera mukaba n’abansi kubera yuko imizirikanyi yanyu yari ku bikorwa bibi+,
2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.
21 Egome, mwebwe abari barigijwe kure+ kera mukaba n’abansi kubera yuko imizirikanyi yanyu yari ku bikorwa bibi+,