Matayo 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Buno yururutse ubwato, abona isinzi rinini; bamutera ikigongwe+, na we akiza abarwayi babo+. Mariko 6:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko yururutse, abona isinzi rinini, mugabo bamutera ikigongwe+, kuko bari bameze nk’intama zitagira umwungere+. Aca atangura kubigisha ibintu vyinshi+.
34 Nuko yururutse, abona isinzi rinini, mugabo bamutera ikigongwe+, kuko bari bameze nk’intama zitagira umwungere+. Aca atangura kubigisha ibintu vyinshi+.