Abaroma 3:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Imana yaramushizeho ngo abe ishikanwa ry’impongano+ biciye ku kwizera amaraso yiwe+. Kwari ukugira ngo yerekane ubugororotsi bwayo bwite kuko yariko ibabarira ibicumuro+ vyabaye kera igihe Imana yagira ukwirengagiza+; 1 Yohani 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+. 1 Yohani 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Muri ivyo urukundo ni uru: si uko twakunze Imana, ahubwo ni uko ari yo yadukunze igatuma Umwana wayo ngo abe ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+.
25 Imana yaramushizeho ngo abe ishikanwa ry’impongano+ biciye ku kwizera amaraso yiwe+. Kwari ukugira ngo yerekane ubugororotsi bwayo bwite kuko yariko ibabarira ibicumuro+ vyabaye kera igihe Imana yagira ukwirengagiza+;
2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.
10 Muri ivyo urukundo ni uru: si uko twakunze Imana, ahubwo ni uko ari yo yadukunze igatuma Umwana wayo ngo abe ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+.