ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 6:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Mugabo abantu barababona bagenda kandi benshi barabimenya, baca birukirayo icarimwe n’amaguru bavuye mu bisagara vyose, babatangayo+.

  • Luka 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo amasinzi abimenye, aramukurikira. Hanyuma ayakirana ubugwaneza aca atangura kuyabwira ivyerekeye ubwami bw’Imana+, yongera akiza abari bakeneye gukizwa+.

  • Yohani 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ariko igihe yari i Yeruzalemu kuri pasika, ku musi mukuru wayo+, abantu benshi barizera izina ryiwe+, babonye ibimenyetso yariko arakora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika