ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 6:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Ikigeretseko, abariye kuri nya mikate bari abagabo ibihumbi bitanu+.

  • Luka 9:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kukaba nkako, bari abagabo nk’ibihumbi bitanu+. Mugabo abwira abigishwa biwe ati: “Nimubicarike nko mu gihe co gufungura, mu migwi y’abantu nka mirongo itanitanu+.”

  • Yohani 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yezu avuga ati: “Nimwicarike aba bantu nko mu gihe co gufungura+.” Kandi aho hantu hari ivyatsi vyinshi. Nya bantu rero baricara, bakaba bari nk’ibihumbi bitanu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika