Matayo 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze ategeka nya masinzi kugandagaza ku vyatsi, hanyuma afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira+, hanyuma amaze kumanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa, abigishwa na bo bayigaburira nya masinzi+. Mariko 6:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nuko abwira abantu bose kugandagaza mu migwimigwi+ ku vyatsi bitoto+. 1 Abakorinto 14:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Mugabo vyose bibe mu buryo bubereye kandi ku rutonde+.
19 Maze ategeka nya masinzi kugandagaza ku vyatsi, hanyuma afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira+, hanyuma amaze kumanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa, abigishwa na bo bayigaburira nya masinzi+.