ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 9:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi abayobora aba bantu ni bo babatera kwangara+; nayo abayoborwa bo muri bo, ni bo bavurugwa ubwenge+.

  • Malaki 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Ariko mwebwe, mwarakebeje muta inzira+. Mwatumye benshi batsitara mu bijanye n’itegeko+. Mwarononye isezerano rya Lewi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

  • Matayo 23:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Muragowe, mwa ndongozi zihumye mwe+, muvuga ngo: ‘Iyo umuntu arahiye urusengero, nta co bitwaye; mugabo iyo umuntu arahiye inzahabu y’urusengero, abwirizwa gushitsa+.’

  • Luka 6:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Maze yongera kubaha ikigereranyo ati: “Mbega impumyi yoshobora kurongōra impumyi? None zompi ntizizogwa mu cobo+?

  • Yohani 9:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Abo mu Bafarizayo bari kumwe na we barumva ivyo bintu, baca bamubwira bati: “None natwe turi impumyi+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika