ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 11:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mbega bazobagirwa imikuku n’amasho kugira bakwirwe+? Canke bazofatirwa amafi yose yo mu kiyaga kugira bakwirwe?”

  • 2 Abami 4:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ariko uwamusereva avuga ati: “Ibi nobishira gute imbere y’abagabo ijana+?” Na we avuga ati: “Nubihe abantu barye, kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Baraza kurya, hagire n’ibisigara+.’”

  • Mariko 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Mugabo abigishwa biwe bamwishura bati: “Aha muri aka gahinga ka nyaganande umuntu yohaza aba bantu imikate akuye hehe+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika