Mariko 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani, abadugana ku musozi muremure ari bonyene gusa. Maze ahinduka ukundi imbere yabo+, Luka 9:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nkako, imisi nk’umunani inyuma y’ayo majambo, ahitana Petero na Yohani na Yakobo hanyuma aduga ku musozi gusenga+. 2 Petero 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Egome, ayo majambo twarayumvise+ azanwa ava mw’ijuru igihe twari kumwe na we kuri wa musozi mweranda+.
2 Nuko haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani, abadugana ku musozi muremure ari bonyene gusa. Maze ahinduka ukundi imbere yabo+,
28 Nkako, imisi nk’umunani inyuma y’ayo majambo, ahitana Petero na Yohani na Yakobo hanyuma aduga ku musozi gusenga+.
18 Egome, ayo majambo twarayumvise+ azanwa ava mw’ijuru igihe twari kumwe na we kuri wa musozi mweranda+.