Matayo 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani mwene wabo, abadugana ku musozi muremure ari bonyene+. Mariko 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani, abadugana ku musozi muremure ari bonyene gusa. Maze ahinduka ukundi imbere yabo+,
17 Haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani mwene wabo, abadugana ku musozi muremure ari bonyene+.
2 Nuko haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani, abadugana ku musozi muremure ari bonyene gusa. Maze ahinduka ukundi imbere yabo+,