ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ibi ni vyo abarengana baja mu baharuwe bose bazotanga: ica kabiri ca shekeli hisunzwe shekeli y’ahantu heranda+. Ingero mirongo ibiri za gera* zingana na shekeli. Ica kabiri ca shekeli ni yo ntererano ihabwa Yehova+.

  • Kuvayo 38:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ica kabiri ca shekeli umuntu yatanga cari ica kabiri ca shekeli hisunzwe shekeli y’ahantu heranda, ku muntu wese yarengana aja mu bari banditswe kuva ku myaka mirongo ibiri y’amavuka no kuduga+, bashika ku bihumbi amajana atandatu na bitatu n’amajana atanu na mirongo itanu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika