Mariko 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Arahaguruka ava ng’aho, aza ku mipaka ya Yudaya no hakurya ya Yorodani, buno amasinzi yongera gukoranira kuri we, hanyuma nk’uko yari amenyereye kubigenza, yongera kubigisha+. Yohani 10:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Nuko yongera kujabuka Yorodani aja aho Yohani yabatiriza+ mu ntango, aguma ng’aho.
10 Arahaguruka ava ng’aho, aza ku mipaka ya Yudaya no hakurya ya Yorodani, buno amasinzi yongera gukoranira kuri we, hanyuma nk’uko yari amenyereye kubigenza, yongera kubigisha+.