Matayo 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Buno Yezu arangije ayo majambo, ava i Galilaya, aza ku mipaka ya Yudaya hakurya ya Yorodani+. Yohani 10:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Nuko yongera kujabuka Yorodani aja aho Yohani yabatiriza+ mu ntango, aguma ng’aho.