Matayo 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Mwa nzoka mwe, mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, muzohunga mute urubanza rwa Gehena+? Luka 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Atangura rero kubwira amasinzi y’abaza kubatizwa na we ati: “Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, ni nde yabagiriye inama yo guhunga uburake bugiye kuza+? Luka 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Haragowe abagore bazoba bibungenze n’abazoba bonsa muri iyo misi+! Kuko hazoba amarushwa akomeye ku gihugu n’uburake kuri iki gisata; Abaroma 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo nk’uko ubukomantare bwawe+ n’umutima wawe utigaya biri+, uriko wirundaniriza uburake+ ku musi w’uburake+ n’uw’uguhishurwa+ kw’urubanza rugororotse rw’Imana+. Ivyahishuwe 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kuko umusi uhambaye+ w’uburake+ bwabo uje, kandi ni nde ashobora guhagarara+?”
7 Atangura rero kubwira amasinzi y’abaza kubatizwa na we ati: “Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, ni nde yabagiriye inama yo guhunga uburake bugiye kuza+?
23 Haragowe abagore bazoba bibungenze n’abazoba bonsa muri iyo misi+! Kuko hazoba amarushwa akomeye ku gihugu n’uburake kuri iki gisata;
5 Mugabo nk’uko ubukomantare bwawe+ n’umutima wawe utigaya biri+, uriko wirundaniriza uburake+ ku musi w’uburake+ n’uw’uguhishurwa+ kw’urubanza rugororotse rw’Imana+.