Yesaya 59:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Baberuye amagi y’inzoka y’ubumara, baguma bajisha inzu y’igitangurirwa+. Uwo wese yarya ku magi yabo yarapfa, kandi irigi ryamenwa ryavamwo imamba+.
5 Baberuye amagi y’inzoka y’ubumara, baguma bajisha inzu y’igitangurirwa+. Uwo wese yarya ku magi yabo yarapfa, kandi irigi ryamenwa ryavamwo imamba+.