Matayo 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abonye benshi mu Bafarizayo n’Abasadukayo*+ baza aho abatiriza, ababwira ati: “Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, ni nde yabagiriye inama yo guhunga uburake bugiye kuza+? Matayo 12:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+. Matayo 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Mwa nzoka mwe, mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, muzohunga mute urubanza rwa Gehena+?
7 Abonye benshi mu Bafarizayo n’Abasadukayo*+ baza aho abatiriza, ababwira ati: “Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, ni nde yabagiriye inama yo guhunga uburake bugiye kuza+?
34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+.