Ivyakozwe 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 mugabo mpereye ku bantu b’i Damasiko+ no ku b’i Yeruzalemu+, no ku gihugu cose ca Yudaya, no ku mahanga+, nagenda njana ubutumwa bw’uko bakwiye kwigaya, bagahindukirira Imana mu gukora ibikorwa bikwiranye n’ukwigaya+.
20 mugabo mpereye ku bantu b’i Damasiko+ no ku b’i Yeruzalemu+, no ku gihugu cose ca Yudaya, no ku mahanga+, nagenda njana ubutumwa bw’uko bakwiye kwigaya, bagahindukirira Imana mu gukora ibikorwa bikwiranye n’ukwigaya+.