Yohani 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Isinzi ryishura riti: “Wewe urimwo idayimoni*+. Ni nde ariko arondera kukwica?” Yohani 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Benshi muri bo bariko bavuga ngo: “Arimwo idayimoni+ kandi arasara. Mumwumviririza iki?”