Matayo 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Muri ubwo buryo nyene, Yohani yaje atarya, atanywa+, yamara abantu bavuga ngo: ‘Arimwo idayimoni’; Mariko 3:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ivyo yabivuze kubera ko bariko bavuga ngo: “Arimwo impwemu ihumanye+.” Luka 7:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Na Yohani Umubatizi nyene yaje atarya umukate canke ngo anywe umuvinyu, mugabo muvuga ngo: ‘Arimwo idayimoni+.’
18 Muri ubwo buryo nyene, Yohani yaje atarya, atanywa+, yamara abantu bavuga ngo: ‘Arimwo idayimoni’;
33 Na Yohani Umubatizi nyene yaje atarya umukate canke ngo anywe umuvinyu, mugabo muvuga ngo: ‘Arimwo idayimoni+.’