Matayo 12:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Akiriko arabwira iryo sinzi, nyina wiwe na bene wabo+ bahagarara hanze barondera kuvugana na we. Luka 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Buno nyina wiwe na bene wabo+ baza bamugana, mugabo ntibashobora kumushikira kubera isinzi+.