Matayo 13:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda? Mariko 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Buno nyina na bene wabo+ baraza, hanyuma bahagaze hanze, bamutumako+. Yohani 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Inyuma y’ivyo, we na nyina na bene wabo+ be n’abigishwa biwe bamanuka i Kaperinawumu+, mugabo ntibahaguma imisi myinshi. Ivyakozwe 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga+ bahuje inama, bari kumwe n’abagore bamwe+, na Mariya nyina wa Yezu na bene wabo+. 1 Abakorinto 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mbega ntidufise uburenganzira bwo kwabira+ mushiki wacu tukajana, cokimwe n’izindi ntumwa na bene wabo n’Umukama+ be na Kefa+? Abagalatiya 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko nta wundi nabonye mu ntumwa, atari Yakobo+ mwene wabo+ n’Umukama.
55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda?
12 Inyuma y’ivyo, we na nyina na bene wabo+ be n’abigishwa biwe bamanuka i Kaperinawumu+, mugabo ntibahaguma imisi myinshi.
14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga+ bahuje inama, bari kumwe n’abagore bamwe+, na Mariya nyina wa Yezu na bene wabo+.
5 Mbega ntidufise uburenganzira bwo kwabira+ mushiki wacu tukajana, cokimwe n’izindi ntumwa na bene wabo n’Umukama+ be na Kefa+?