Matayo 13:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda? 1 Abakorinto 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mbega ntidufise uburenganzira bwo kwabira+ mushiki wacu tukajana, cokimwe n’izindi ntumwa na bene wabo n’Umukama+ be na Kefa+?
55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda?
5 Mbega ntidufise uburenganzira bwo kwabira+ mushiki wacu tukajana, cokimwe n’izindi ntumwa na bene wabo n’Umukama+ be na Kefa+?