Matayo 13:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda? Yohani 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Inyuma y’ivyo, we na nyina na bene wabo+ be n’abigishwa biwe bamanuka i Kaperinawumu+, mugabo ntibahaguma imisi myinshi. Ivyakozwe 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga+ bahuje inama, bari kumwe n’abagore bamwe+, na Mariya nyina wa Yezu na bene wabo+.
55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda?
12 Inyuma y’ivyo, we na nyina na bene wabo+ be n’abigishwa biwe bamanuka i Kaperinawumu+, mugabo ntibahaguma imisi myinshi.
14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga+ bahuje inama, bari kumwe n’abagore bamwe+, na Mariya nyina wa Yezu na bene wabo+.