Matayo 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze ababwira ibintu vyinshi mu bigereranyo*, ati: “Ehe umubivyi yarasohotse kubiba+; Mariko 12:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mu nyigisho yiwe abandanya kuvuga ati: “Mwiyubare abanditsi+ bashaka kugendagenda bari mu makanzu, bagashaka n’indamutso mu tuguriro
38 Mu nyigisho yiwe abandanya kuvuga ati: “Mwiyubare abanditsi+ bashaka kugendagenda bari mu makanzu, bagashaka n’indamutso mu tuguriro