Matayo 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Izindi zigwa ahantu h’urubuyebuye aho zitaronka ivu ryinshi, zica ziramera buno nyene kuko zitaronse ivu rishika kure+. Mariko 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Muri ubwo buryo nyene, ng’aba izabibwe ahantu h’urubuyebuye: bakimara kwumva iryo jambo, bararyemera n’akanyamuneza+. Mariko 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yamara nta muzi bagira muri bo, ahubwo bamara igihe gito; maze amakuba canke uruhamo bigize ngo biravyuka kubera iryo jambo, baca batsitara+. Luka 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Izindi zigwa ku gitandara, hanyuma zimaze kumera, ziruma kubera zitagira akabombera+.
5 Izindi zigwa ahantu h’urubuyebuye aho zitaronka ivu ryinshi, zica ziramera buno nyene kuko zitaronse ivu rishika kure+.
16 Muri ubwo buryo nyene, ng’aba izabibwe ahantu h’urubuyebuye: bakimara kwumva iryo jambo, bararyemera n’akanyamuneza+.
17 Yamara nta muzi bagira muri bo, ahubwo bamara igihe gito; maze amakuba canke uruhamo bigize ngo biravyuka kubera iryo jambo, baca batsitara+.