Matayo 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwabibwe ahantu h’urubuyebuye na we, uwo ni uwumva iryo jambo buno nyene agaca aryemerana akanyamuneza+. Luka 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Izo ku gitandara ni bamwe iyo bumvise iryo jambo baryakirana akanyamuneza, mugabo abo nta muzi bagira; bemera mu gihe gitoyi, mugabo mu gihe c’ukugeragezwa bakagwa+.
20 Uwabibwe ahantu h’urubuyebuye na we, uwo ni uwumva iryo jambo buno nyene agaca aryemerana akanyamuneza+.
13 Izo ku gitandara ni bamwe iyo bumvise iryo jambo baryakirana akanyamuneza, mugabo abo nta muzi bagira; bemera mu gihe gitoyi, mugabo mu gihe c’ukugeragezwa bakagwa+.