Matayo 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo izuba rirashe zirababuka, maze kubera ukutagira imizi zica ziruma+. Yakobo 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko izuba riseruka n’ubushuhe bwaryo buturira hanyuma rikumisha nya vyatsi, maze ishurwe ryavyo rigahunguruka, ubwiza bwavyo bw’inyuma na bwo bugahera. N’umutunzi nyene azokabirana mu nzira ziwe z’ubuzima+.
11 Kuko izuba riseruka n’ubushuhe bwaryo buturira hanyuma rikumisha nya vyatsi, maze ishurwe ryavyo rigahunguruka, ubwiza bwavyo bw’inyuma na bwo bugahera. N’umutunzi nyene azokabirana mu nzira ziwe z’ubuzima+.