Matayo 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwabibwe ahantu h’urubuyebuye na we, uwo ni uwumva iryo jambo buno nyene agaca aryemerana akanyamuneza+. Matayo 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yamara nta muzi agira muri we, mugabo amara igihe gito, hamara kuvyuka amakuba canke uruhamo kubera iryo jambo, buno nyene agaca atsitara+. Mariko 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo izuba rirashe, zirababuka, maze kubera ukutagira imizi zica ziruma+.
20 Uwabibwe ahantu h’urubuyebuye na we, uwo ni uwumva iryo jambo buno nyene agaca aryemerana akanyamuneza+.
21 Yamara nta muzi agira muri we, mugabo amara igihe gito, hamara kuvyuka amakuba canke uruhamo kubera iryo jambo, buno nyene agaca atsitara+.