Matayo 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hanyuma yumvise ko Yohani yafashwe+, avayo yinjira i Galilaya+. Luka 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hanyuma Yezu aragaruka i Galilaya+, ari mu bubasha bw’impwemu. Maze amakuru meza avugwa kuri we akwiragira mu gihugu cose kihakikuje+.
14 Hanyuma Yezu aragaruka i Galilaya+, ari mu bubasha bw’impwemu. Maze amakuru meza avugwa kuri we akwiragira mu gihugu cose kihakikuje+.