Matayo 13:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Abaha ikindi kigereranyo+, ati: “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’agatete ka sinapi+, ako umuntu yatoye akagatera mw’itongo ryiwe; Luka 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko rero abandanya kuvuga ati: “Ubwami bw’Imana bumeze nk’iki, kandi ndabugereranye n’iki+?
31 Abaha ikindi kigereranyo+, ati: “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’agatete ka sinapi+, ako umuntu yatoye akagatera mw’itongo ryiwe;