Matayo 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Arababwira ati: “Kubera ukwizera kwanyu guke. Kuko ndababwije ukuri: Mubaye mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, muzobwira uyu musozi, muti ‘Imuka uve ng’aha uje hariya,’ kandi uzokwimuka, kandi nta kitazobashobokera+.” Luka 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bumeze nk’agatete ka sinapi umuntu yatoye akagashira mu murima wiwe, hanyuma kagakura kagacika igiti, inyoni zo mu kirere+ na zo zikibera mu mashami yaco+.”
20 Arababwira ati: “Kubera ukwizera kwanyu guke. Kuko ndababwije ukuri: Mubaye mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, muzobwira uyu musozi, muti ‘Imuka uve ng’aha uje hariya,’ kandi uzokwimuka, kandi nta kitazobashobokera+.”
19 Bumeze nk’agatete ka sinapi umuntu yatoye akagashira mu murima wiwe, hanyuma kagakura kagacika igiti, inyoni zo mu kirere+ na zo zikibera mu mashami yaco+.”