ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 17:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nzokabadika ku musozi w’ahakirurutse wa Isirayeli+, kandi ntikazobura gushamika amashami, kame ivyamwa+, gacike isederi ry’agakomeye+. Kandi munsi yaryo ni ho vy’ukuri inyoni zose z’amababa y’ubwoko bwose zizokwibera; zizokwibera mu gitutu c’amababi yaryo+.

  • Ezekiyeli 31:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ku mashami yaryo ni ho ibiremwa biguruka vyose vyo mu kirere vyarika+, munsi y’amasango yaryo na ho akaba ari ho ibikoko vyo mu gahinga bivyarira+, kandi mu gitutu caryo ni ho amahanga y’abantu benshi yibera.

  • Daniyeli 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Amababi yaco yari meza, n’ivyamwa vyaco vyari vyinshi, kandi kuri co hari ibifungurwa vyo guhaza ibiriho vyose. Ibikoko+ vyo mw’ishamba vyaronderera igitutu munsi yaco+, inyoni zo mu kirere na zo zikibera ku mashami yaco+, kandi ikiri n’umubiri cose kikarya ibivuye kuri co.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika