6 Ubu rero, ntanze ibi bihugu vyose mu kuboko kwa Nebukadinezari umwami wa Babiloni+, umusavyi wanje+; mbere ndamuhaye ibikoko vyo mu gahinga ngo bimukorere+.
6 Ku mashami yaryo ni ho ibiremwa biguruka vyose vyo mu kirere vyarika+, munsi y’amasango yaryo na ho akaba ari ho ibikoko vyo mu gahinga bivyarira+, kandi mu gitutu caryo ni ho amahanga y’abantu benshi yibera.