Yeremiya 28:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Nzoshira ingǒgo y’icuma kw’izosi ry’aya mahanga yose, kugira ngo akorere Nebukadinezari umwami wa Babiloni+; kandi azomukorera ata kabuza+. Mbere n’ibikoko vyo mu gahinga nzobimuha+.”’” Daniyeli 2:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Wewe ga mwami, umwami w’abami, wewe Imana yo mw’ijuru yahaye ubwami+, ubushobozi, inkomezi be n’iteka,
14 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Nzoshira ingǒgo y’icuma kw’izosi ry’aya mahanga yose, kugira ngo akorere Nebukadinezari umwami wa Babiloni+; kandi azomukorera ata kabuza+. Mbere n’ibikoko vyo mu gahinga nzobimuha+.”’”
37 Wewe ga mwami, umwami w’abami, wewe Imana yo mw’ijuru yahaye ubwami+, ubushobozi, inkomezi be n’iteka,