ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.

  • Yeremiya 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi ntimuzobura kuvuga muti: ‘Kubera iki Yehova Imana yacu yatugiriye ivyo bintu vyose+?’ Nawe uze ubabwire uti: ‘Nk’uko mwantaye mukaja gukorera imana y’inyamahanga mu gihugu canyu, ni ko muzokorera ab’ahandi mu gihugu kitari icanyu+.’”

  • Yeremiya 27:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Emwe, amahanga yose azomukorera+, we n’umuhungu wiwe n’umwuzukuru wiwe, gushika igihe c’igihugu ciwe gishitse+, kandi amahanga menshi n’abami bahambaye bazomukoresha koko nk’umusuku+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika