Yeremiya 27:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ubu rero, ntanze ibi bihugu vyose mu kuboko kwa Nebukadinezari umwami wa Babiloni+, umusavyi wanje+; mbere ndamuhaye ibikoko vyo mu gahinga ngo bimukorere+. Daniyeli 2:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 igashira mu kuboko kwawe+, ahantu hose abana b’abantu baba, ibikoko vyo mw’ishamba n’ibiremwa vy’amababa vyo mu kirere, ikakugira umutware abiganza vyose, ni wewe mutwe w’inzahabu+.
6 Ubu rero, ntanze ibi bihugu vyose mu kuboko kwa Nebukadinezari umwami wa Babiloni+, umusavyi wanje+; mbere ndamuhaye ibikoko vyo mu gahinga ngo bimukorere+.
38 igashira mu kuboko kwawe+, ahantu hose abana b’abantu baba, ibikoko vyo mw’ishamba n’ibiremwa vy’amababa vyo mu kirere, ikakugira umutware abiganza vyose, ni wewe mutwe w’inzahabu+.