Zaburi 50:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko igikoko cose co mu kibira ari rwanje+,Ibikoko vyo ku misozi igihumbi+. Yeremiya 28:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Nzoshira ingǒgo y’icuma kw’izosi ry’aya mahanga yose, kugira ngo akorere Nebukadinezari umwami wa Babiloni+; kandi azomukorera ata kabuza+. Mbere n’ibikoko vyo mu gahinga nzobimuha+.”’” Daniyeli 2:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 igashira mu kuboko kwawe+, ahantu hose abana b’abantu baba, ibikoko vyo mw’ishamba n’ibiremwa vy’amababa vyo mu kirere, ikakugira umutware abiganza vyose, ni wewe mutwe w’inzahabu+.
14 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Nzoshira ingǒgo y’icuma kw’izosi ry’aya mahanga yose, kugira ngo akorere Nebukadinezari umwami wa Babiloni+; kandi azomukorera ata kabuza+. Mbere n’ibikoko vyo mu gahinga nzobimuha+.”’”
38 igashira mu kuboko kwawe+, ahantu hose abana b’abantu baba, ibikoko vyo mw’ishamba n’ibiremwa vy’amababa vyo mu kirere, ikakugira umutware abiganza vyose, ni wewe mutwe w’inzahabu+.