ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 ehe ngira ntume intumwa, kandi nzotora imiryango yose yo mu buraruko+,” ni ko Yehova avuze, “egome, ngira ntume kuri Nebukadirezari umwami wa Babiloni, umusavyi wanje+, maze nzobazana batere iki gihugu+ n’abakibamwo n’aya mahanga yose ari irya n’ino+; kandi nzobatikiza ndabagire akajoreza n’ikintu co kuvugiriza agahwa+ n’ahantu hatikijwe gushika igihe kitagira urugero+.

  • Yeremiya 43:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Uheze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Ehe ngira ntumeko Nebukadirezari umwami wa Babiloni+, umusavyi wanje+; nzomutora hanyuma ndamushire ku ntebe yiwe y’ubwami hejuru y’aya mabuye nanyegeje, na we azosanza koko ihema ryiwe ry’ubwami hejuru yayo.

  • Ezekiyeli 29:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Mwana w’umuntu, Nebukadirezari+, umwami wa Babiloni, yakoresheje inteko ziwe za gisirikare igikorwa gikomeye co kurwanya Tiro+. Imitwe yose yaratobotse ubuhanza, ibitugu vyose biramyoka+. Mugabo ku vy’impembo+, nta mpembo yiwe n’iy’inteko ziwe za gisirikare yabonetse i Tiro ku bw’igikorwa yakoze mu kuharwanya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika