Matayo 8:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Buno mu kiyaga havyuka inkuruma ikomeye ku buryo ubwato bwariko bupfukwa n’imipfunda; ariko we yari asinziriye+. Luka 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo bariko baragenda arasinzira. Buno ikirura c’umuyaga gikaze cisuka ku kiyaga, ubwato barimwo butangura kwuzura amazi, baja mu kaga+.
24 Buno mu kiyaga havyuka inkuruma ikomeye ku buryo ubwato bwariko bupfukwa n’imipfunda; ariko we yari asinziriye+.
23 Mugabo bariko baragenda arasinzira. Buno ikirura c’umuyaga gikaze cisuka ku kiyaga, ubwato barimwo butangura kwuzura amazi, baja mu kaga+.