Matayo 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Aho ashikiye ku yindi nkengera, mu gihugu c’Abagadareni+, abagabo babiri biziziwe n’amadayimoni+ baza kumusanganira bavuye hagati mu mva, bakaba bari bakaze bimwe bidasanzwe ku buryo ata watinyuka guca muri iyo nzira. Luka 8:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma bashika ku nkengera y’ikiyaga mu gihugu c’Abageraseni giherereye ku ruhande rurabana na Galilaya+.
28 Aho ashikiye ku yindi nkengera, mu gihugu c’Abagadareni+, abagabo babiri biziziwe n’amadayimoni+ baza kumusanganira bavuye hagati mu mva, bakaba bari bakaze bimwe bidasanzwe ku buryo ata watinyuka guca muri iyo nzira.
26 Hanyuma bashika ku nkengera y’ikiyaga mu gihugu c’Abageraseni giherereye ku ruhande rurabana na Galilaya+.