ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 15:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “‘Ku vyerekeye umugore, mu gihe urunyigimbe rwisuka rw’amaraso yiwe rwotemba imisi myinshi+ kandi atari igihe gisanzwe c’ubuhumane bw’ubutinyanka bwiwe+, canke hamwe yova igihe kirekire kuruta ic’ubuhumane bw’ubutinyanka bwiwe, imisi yose y’urunyigimbe rwiwe ruhumanye izoba nko mu misi y’ubuhumane bw’ubutinyanka bwiwe. Azoba ahumanye.

  • Matayo 9:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Maze umugore amaze imyaka cumi n’ibiri ava amaraso+, azanana inyuma yiwe, akora ku buyonga bw’impuzu yiwe yo hejuru+;

  • Luka 8:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Maze umugore yari amaze imyaka cumi n’ibiri ava amaraso+, akaba ata muntu n’umwe yari yarashoboye kumukiza+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika