Abalewi 6:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “‘Ikintu cose kizokora ku nyama zaryo, kizocika ceranda+, kandi igihe hagize uwucucagira impuzu makeyi ku maraso yaryo+, uzomesera ahantu heranda ico ayacucagiye+. Matayo 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kuko yaguma yibwira ati: “Ninapfa gukora ku mpuzu yiwe yo hejuru, ndakira+.”
27 “‘Ikintu cose kizokora ku nyama zaryo, kizocika ceranda+, kandi igihe hagize uwucucagira impuzu makeyi ku maraso yaryo+, uzomesera ahantu heranda ico ayacucagiye+.