Luka 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuri umwe muri iyo misi yariko arigisha, kandi ng’aho hari hicaye Abafarizayo* n’abigisha b’itegeko bari baje bavuye mu bigwati vyose vy’i Galilaya n’i Yudaya n’i Yeruzalemu; kandi ububasha bwa Yehova bwari ng’aho kugira ngo akize+. Luka 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi isinzi ryose ryariko rirondera kumukorako+, kubera ko ububasha+ bwamuvamwo bukabakiza bose.
17 Kuri umwe muri iyo misi yariko arigisha, kandi ng’aho hari hicaye Abafarizayo* n’abigisha b’itegeko bari baje bavuye mu bigwati vyose vy’i Galilaya n’i Yudaya n’i Yeruzalemu; kandi ububasha bwa Yehova bwari ng’aho kugira ngo akize+.