ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nya muherezi rero ababwira ati: “Nimugende amahoro. Imbere ya Yehova ni ho inzira yanyu iri, inzira mujanye.”

  • 1 Samweli 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Maze Eli arishura, ati: “Genda amahoro+, Imana ya Isirayeli iguhe ico wayisavye+.”

  • Luka 7:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Mugabo abwira nya mugore ati: “Ukwizera kwawe kuragukijije+; niwigire amahoro+.”

  • Luka 8:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Mugabo amubwira ati: “Mukobwa wanje, ukwizera kwawe kuragukijije+; niwigire amahoro+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika