ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 13:54
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 54 Hanyuma amaze kwinjira mu karere k’iwabo+, atangura kubigisha mw’isinagogi yabo+, ku buryo bajorerwa bakavuga bati: “Mbega uyu muntu yakuye hehe ubu bukerebutsi n’ibi bikorwa vy’ububasha?

  • Luka 4:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Hanyuma aza i Nazareti+, aho yari yararerewe; kandi nk’uko yari amenyereye kubigira ku musi w’isabato, yinjira mw’isinagogi+, hanyuma arahaguruka ngo asome.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika