Luka 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma intumwa zigarutse zimwiganira ibintu vyose zakoze+. Aca arazijana, arazihereranya+ mu gisagara citwa Betsayida.
10 Hanyuma intumwa zigarutse zimwiganira ibintu vyose zakoze+. Aca arazijana, arazihereranya+ mu gisagara citwa Betsayida.